15.8 C
Bujumbura
Wednesday, February 26, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Inama nkuru y’umutekano w’Uburundi iriyamiriza ivyakorewe Abarundi bahora baba mu Rwanda

Inama nkuru y'umutekano w'Uburundi iriyamiriza ivyakorewe Abarundi bahora baba mu gihugu c'Urwanda, aho birukanwe, mbere bamwe muribo basiga muri ico gihugu ivyo bari batunze,...

Ubushikiranganji bw’ibidukikije bwahawe amezi atatu

Ubushikiranganji bw'ibidukikije bwahawe ikiringo c'amezi 3 kugira bube bwasubije mu buryo ivyononekaye mu kibanza kiri muri zone Buterere, ahayugururirwa amazi y'ubucafu yo mu gisagara...

Bubanza : Abantu bitwaje inkoho barasanye n’abajejwe umutekano

Amasasu menshi yarumvikanye mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana ku kirindiro c’abasirikare kiri ku mutumba Buringa, muri komine Gihanga, intara ya Bubanza, hafi y’ishamba cimeza...

Abantu 14 bafatiwe ku rubibe Uburundi buhana na Tanzaniya

Igiporisi c’Uburundi cafashe kuri uwu w’Imana abantu 14 bagizwe n’abakobwa 12 hamwe n’abahungu babiri bari bagiye kudandazwa mu gihugu ca Oman. Abo bantu bafatiwe...

Inkoho zibiri zatowe mu bibanza bitandukanye

Inkoho yo mu bwoko Kalashnikov yatowe mu gatondo ko kuri uwu wa gatandatu nk’igihe c’isaha cumi na zibiri z’agatondo, ku musozi Murama, zone Rugari,...

Abantu 113 bafashwe bagirizwa ikiroberi (Rébellion)

Igiporisi c’Uburundi cemeza ko umutekano wifashe neza muri rusangi mu mezi atatu y’igice ca kabiri c’umwaka w’2018, kiretse ubugizi bwa nabi bumwe bumwe bwagiye...

Makamba : Umugabo yagirizwa kuzura abantu yafashwe n’igiporisi

Hari umugabo wo muri komine Nyanza Lac intara ya Makamba yafashwe kuri uwu wa kane, akaba apfunzwe yagirizwa kuzura abantu. Uwo mugabo yafashwe inyuma...

Bururi : Umuporisi yishe arashe umusore wo mu bwoko bw’abatwa

Umuporisi yishe arashe umusore wo mu wo mu bwoko bw’abatwa yagirizwa ubusuma. Uwo musore yarasiwe kuri uwu wa gatatu mu ntara ya Bururi. Intango ya...

Most Read

WhatsApp ngo ‘yaratwaye abaganga’ mu bitaro Roi Khaled

Mw'itangazo ryasohowe ejo n'ubuyobozi bw'ibitaro Roi Khaled vyo mu Kamenge mu gisagara ca Bujumbura, hamenyeshejwe abo bose bakorera muri ivyo bitaro kwirinda 'whatsApp' nk'ikiza...

13 barishwe hamwe n’umupolisi muri Bujumbura Rural

Abantu 13 na batatu 'bibisha inkoho' hamwe n'umupolisi nibo bishwe ku musi wa mungu mu ntara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural. Amakuru dukesha AFP...

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...

Leta yadugije igiciro c’ikawa

Ico giciro cavuye kuri 500 Fbu kija kuri 550 Fbu ku kawa y’akanovera kambere bita cerise A, ku kanovera kari musi y’iyo kawa bita...