15.6 C
Bujumbura
Wednesday, February 26, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Gitega : Umuganga yafashe ku nguvu umwigeme

Umuganga (Infirmier) Jean SIBOMANA ari mu minwe y’igiporisi kuva ku muhingamo wo kuri uwu wa gatanu, inyuma y’aho afashwe ariko asambanya umwigeme ku bitaro...

Umusore yahora aba mu Cibitoke yatowe ikiziga mw’ikambi y’igisirikare mu Kamenge

Umusore azwi kw'izina rya ISHIMWE Elvis w'imyaka 24 yatowe ikiziga mu bunywero buri mw'ikambi bita DCA iri muri zone ya Kamenge mu gisagara ca...

Bujumbura : Abantu bagera ku 1170 bafashwe n’igiporisi

Kuva kuri uwu wa kabiri gushika kuri uwu wa kane, igiporisi c’Uburundi kibandanya gufata abantu basegerereza canke biyerereza mu gisagara ca Bujumbura. Petero NKURIKIYE,...

Ibara ryaguye muri Paruwasi Kanyinya intara ya Kirundo

Ni agahinda n’umubabaro ntangere muri Paruwase Kanyinya, aho inkozi z’ikibi zitaramenyekana zinjiye mw'ijoro ryo kuri uwu wa kabiri mw'Isengero ziba urukombamazi ivyari biri muri...

Intererano y”amatora’, Intererano y”aboro’, Vyifashe gute?

Inyuma y'aho Leta y'Uburundi itanagarije ko umunyagihugu wese abwirizwa guterera intererano y'amatora ya 2020, ubu naho haravugwa ko hagiye kubaho n'ibijanye no kwegeranya intererano...

Ruyigi : Umwana w’imyaka umunani yishwe atemagujwe umupanga

Umwana umwe niwe yapfuye atemagujwe umupanga ku musozi Nyamugari, komine Butaganzwa, intara ya Ruyigi, mu gitero cakozwe n’umuntu ataramenyekana ku rugo rw’umugore azwi kw’izina...

Leta y’Ubwongereza iragabisha ingenzi zitemberera Uburundi!

Inyuma y'aho habaye amatora yo guhinyanyura ibwirizwa shingiro, ayemejwe hafi ijana kw'ijana, ama leta amwe amwe ya Buraya na Amerika yaciye atangura kugabisha abanyagihugu...

Abasore batatu bapfuye baguweko n’umusozi

Abasore babiri, MUGISHA Gervais w’imyaka 18 hamwe na NIYONGABO w’imyaka 19 bitavye Imana baguweko n’umusozi kuri uwu wa mbere mu ntara ya Kayanza, nk’igihe...

Most Read

WhatsApp ngo ‘yaratwaye abaganga’ mu bitaro Roi Khaled

Mw'itangazo ryasohowe ejo n'ubuyobozi bw'ibitaro Roi Khaled vyo mu Kamenge mu gisagara ca Bujumbura, hamenyeshejwe abo bose bakorera muri ivyo bitaro kwirinda 'whatsApp' nk'ikiza...

13 barishwe hamwe n’umupolisi muri Bujumbura Rural

Abantu 13 na batatu 'bibisha inkoho' hamwe n'umupolisi nibo bishwe ku musi wa mungu mu ntara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural. Amakuru dukesha AFP...

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...

Leta yadugije igiciro c’ikawa

Ico giciro cavuye kuri 500 Fbu kija kuri 550 Fbu ku kawa y’akanovera kambere bita cerise A, ku kanovera kari musi y’iyo kawa bita...