15.4 C
Bujumbura
Friday, February 28, 2020
Tags Politics

Tag: politics

UPRONA ngo ntabiganiro bihuza abarundi izokwitaba

Umuvugizi w’umugambwe UPRONA ishamirirongowe na Karori Nditije ,Tasiyano Sibomana amenyesha ko uwo mugambwe utazokwitaba ibiganiro bihuza abarundi bitegekanijwe gutangura kuri uno wa kabiri igenekerezo...

Alexis Sinduhije arabeshuza ivyo bamwagiriza

Umukuru w’umugambwe MSD Alexis SInduhije arabeshuza amakuru avuga ko arongoye umurwi w’abitwaje ibirwanisho barwanya Reta y’Uburundi. Alexis Sinduhije yavuze ko ivyo bamwagiriza ko arongoye umurwi...

Pacifique Nininahazwe ariyamiriza amakuru abandanya ashikirizwa na Domitila Kiramvu

Inyuma y’amajwi ya Domitira Kiramvu yahamagarira abasanzwe barwanya ikiringo ca Gatatu ca Petero Nkurunziza kumugandagura hakiri kare ataramara Mandat ariko aratwara ,ibintu bisa naho...

Abashatse gutembagaza reta basabiwe umunyororo wo guherayo

Abantu 28 bagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi ku wa 13 ukwezi kwa gatanu, basabiwe igihano co guherayo. Umushikirizamanza abagiriza ivyaha vyo gushira mu ngiro gushaka gutembagaza...

Petero Nkurunziza : Ntabigwanisho bikenewe mu barundi ahubwo hakenewe amahoro n’iterambere.

Umukuru w'igihugu cu Burundi '' Petero Nkurunziza, ahamagarira urwaruka kureka guhendwa ndetse akaba anasaba abavyeyi kwitwararika indero yabana mu rwego rwo gukunda igihugu. Nkuko yabishikirije,...

Abarwanyi 1000 ba M23 batorotse inkambi bahora babamwo muri Uganda

Abarwanyi barenga 1000 bari mu nkambi ya Bihanga mu gihugu ca Uganda i Kampala batorotse iyo nkambi, Umuvugizi w’ingabo za Uganda L.Col Paddy Ankunda...

Fly Dubai yafashe ingingo yo guhagarika ingendo zayo i Bujumbura!

INYUMA YAHO AMAKUNGU AHARIYE IVOMO UBURUNDI, ABANYAMITAHE NABO NYENE BABANDANYA GUHOMBA! Ishirahamwe FlyDubai ryafashe ingingo ryo guhagarika ingendo zaryo I Bujumbura! Indege itwara ingenzi yishirahamwe...

Petero Nkurunziza : Turiteguriye kurwana nabasoda mvamakungu.

Petero NKURUNZIZA ngo azosaba aburundi bose bavire hasi rimwe bagwanye abasoda b'ubumwe bwa Africa mu gihe borungikwa i Burundi gukingira abanyagihugu, ngo kuko bazoba...

Most Read

Umukenyezi wa Evariste Ndayishimiye yiyitirira ‘igitangaro kiva ku Mana’

Amafoto y'Umukenyezi wa Evariste Ndayishimiye, Angeline Ndayubaha, yiyitirira 'igitangaro kiva ku mana' ariko atuma abatari bake bagira bayavuzeko ku rubuga ngurukana bumenyi rwa Twitter. Ku...

WhatsApp ngo ‘yaratwaye abaganga’ mu bitaro Roi Khaled

Mw'itangazo ryasohowe ejo n'ubuyobozi bw'ibitaro Roi Khaled vyo mu Kamenge mu gisagara ca Bujumbura, hamenyeshejwe abo bose bakorera muri ivyo bitaro kwirinda 'whatsApp' nk'ikiza...

13 barishwe hamwe n’umupolisi muri Bujumbura Rural

Abantu 13 na batatu 'bibisha inkoho' hamwe n'umupolisi nibo bishwe ku musi wa mungu mu ntara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural. Amakuru dukesha AFP...

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...