22.2 C
Bujumbura
Friday, April 3, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Mkapa yashikirije EAC kugira ibandanye ku kibazo c’Uburundi.

Umuvugizi w'uwahora ari umufasha mu biganiro bihuza Abarundi ariwe Benjamin Mkapa, yamenyesheje ko Mkapa yarangije akazi yashinzwe maze aca ashira mu maboko...

Ijambo ry’umukuru w’igihugu NKURUNZIZA ry’umunsi w’amasezerano y’ubumwe bw’abarundi

Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi ; Tubanje gukengurukira Imana Mushoboravyose yama ibungabunga Uburundi n’Abarundi, ikaduha amahoro, urukundo n’Ubumwe mu gihugu cacu. Nihabwe icubahiro...

Buganda : Abantu indwi bakomerekejwe na Gerenade yatewe

Abantu indwi bakomeretse mu gitero ca Gerenade cakozwe ku musozi Kaburantwa, komine Buganda, intara ya Cibitoke. Batatu muri abo bakomeretse bararemvye cane.

Muramvya : Ikiziga c’umuntu ataramenyekana catowe

Ikiziga c’umugore yatowe ku mugoroba wo kuri uwu w’Imana mu ruzi Ruvubu ruri muri komine Shombo, intara ya Muramvya, nk’uko vyemezwa n’abanyagihugu begereye ahatowe...

Paul Kagame agiye kuyobora EAC.

Mu nama ya 20 yabaye ejo ku wa 1 Ruhuma 2019 ihuza EAC, umukuru w'igihugu c'Urwanda, Paul Kagame, yarasubiriye mu mabanga ya...

Ubutungane kuri NDADAYE : Ukuri canke umukino wa poritike

eInama nshingamateka y’Uburundi iriyamiriza urwandiko ruherutse gusohorwa n’Ubumwe bwa Afirika, ku bijanye n’imitahe mpuzamakungu y’uguhagarika abikekwa ko bagize uruhara mw’igandagurwa ry’umukuru w’igihugu...

Abubatse mu kibanza kiri mu Buterere bahawe ukwezi kumwe

Abanyagihugu bubatse hafi y'ikibanza co muri zone ya Buterere gishikiramwo imicafu ivuye mu gisagara ca Bujumbura bahawe ukwezi kumwe gusa kugira babe...

Imigwano hagati ya RED Tabara n’Imbonerakure yahitanye abantu 8.

Mu makuru dukesha ikinyamakuru ca MONUSCO mu gihugu ca Republika iharanira Demokrasi ya Kongo, Okapi, amenyesha ko abantu bashika 8 ari baguye...

Most Read

#COVID-19: ‘Gushira Imana imbere’ mu kurwanya Coronavirus vyoba bihagije?

Mw'itangazo leta y'Uburundi yaraye ishize ahabona yasavye Abarundi kutagira bwoba cane kubera Coronavirus. Leta kandi ibandanya isaba Abarundi kubandanya  'basaba Imana' ko yoiafasha gutsinda uwo...

#COVID-19: Leta y’Uburundi iremesha Abarundi ‘kudatekerwa n’Ubwoba’

Inyuma yaho Uburundi nabwo bugiriye ku rutonde n'ibindi bihugu vyafahswe n'umugera uriko utikiza inganda ariwo Coronavirus wataziriwe COVID-19, leta y'Uburundi yaraya isavye Abarundi kudatwarwa...

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu busaba abarundi kubandanya imirimo yabo

Mw’itangazo umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya SIDA, muganga Thaddée Ndikumana, yasavye abarundi kutagira ubwoba. Akavuga ko uwutowe iyo ngwara adaca yitaba Imana ko ibice...

Ibibazo ni vyinshi kuva aho hatorewe abagwayi babiri ba coronavirus mu gisagara ca Bujumbura

Ivyo bikaba vyamenyeshejwe n’umushikiranganji w’amagara y’abantu no kugwanya ikiza SIDA, Muganga Thaddée Ndikumana, kur’uyu wa kabiri, isaha cumi na zibiri z’umugoroba zirenga. Muganga Thaddeé...