22.2 C
Bujumbura
Sunday, March 29, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Abanywanyi ba Rwasa Agathon bariko bahagarikwa cane.

Inyuma y'aho umushingamateka, Rwasa Agathon yemerewe guhabwa umugambwe wiwe ku mugaragaro, ubu naho abanywanyi biwe bariko bahagarikwa bafungwa ku murango abandi babona. Nk'uko inkuru ya Iwacu...

Umukuru w’igihugu ca Somalia mu rugendo i Bujumbura.

Umukuru w'igihugu ca Somalia aritezwe i Bujumbura mu Burundi mu Rugendo kuri uyu musi wa 18 ruhuhuma 2019. Ivyo bishitse mu gihe abasoda b'Abarundi...

Rwasa Agathon yemerewe umugambwe wiwe yasavye.

Mu gihe Umushingamateka Agathon Rwasa yari yasavye ko yohabwa umugambwe uzotuma ashobora guhiganirwa amatora y'umukuru w'igihugu mu mwaka wa 2020, ubu hoho ubushikiranganji bw'intwaro...

Abagendesha amakinga bafata inyuma ku miduga(Dunyuri) bagabishijwe!

Ubushikiranganji bw'umutekano bw'Uburundi bwaraye bugabishije abateza amasanganya mu mabarabara na cane cane abashoferi badakwije ivyangombwa hamwe na barya banyonga amakinga bakagenda bafashe inyuma ku...

‘Uburundi burakwiye gukizwa akaga’.

Mu mwihwezo wakozwe n'ikinyamakuru co muri Tanzania, The Citizen, ,ico kinyamakuru kiragaruka ku kuntu ivy'i Burundi vyifashe kigasanga Uburundi bugeze aho umwasi ashaka. The Citizen...

Inama Nkuru y’Umutekano yahagaritse ivyo kwirukana ababa ku Buterere.

Mu gihe hari hafashwe ingingo yo kwirukana abanyagihugu baba mu gisagara ca Bujumbura, muri zone Buterere, ahari ikibanza co gutunganirizamwo imicafu(Stationnd'epuration), Inama Nkuru y'umutekano(Conseil...

Rumonge : Abagirizwa guhanagura inzandiko za CNDD FDD bumvirijwe mu butungane

Abagabo batanu basanzwe bapfungiwe mu gasho k’igiporisi mu Rumonge bagirizwa ko aribo bahanaguye inzandiko zo ku cibutso c’umugambwe CNDD FDD barengutse irigira gatatu muri...

Musitanteri wa Komine Mutimbuzi yahagaritswe mu kazi

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Pascal BARANDAGIYE y’uguhagarika mu kazi Musitanteri wa komine Mutimbuzi, Damien BARINDAMBI. Iyo ngingo y’umushikiranganji w’intwaro yo...

Most Read

Nta mugwayi wa coronavirus batoye ku bitaro Kira Hospital

Mwitangazo umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya SIDA, Muganga Thaddée Ndikumana, ahejeje gusoma kur’uyu wa gatandatu yamenyesheje ko abantu bane bari biketsweko ingwara ya coronavirus...

Leta y’Uburundi iragabisha abategetsi boshaka ‘kwitekerera’ inyuma ya manda zabo

Leta y'Uburundi yaraye ishize ahabona itangazo ryo kugabisha abategetsi boshaka 'kwitekerera' inyuma ya manda zabo na cane cane ko amatora yegereje. Leta y'Uburundi yarashizeho umurwi...

Haravugwa umutanzaniya yatowe ingwara coronavirus avuye i Burundi

Iyo nkuru ikaba yamenyeshejwe n’iradiyo y’abongereza BBC mu rurimi rw’igiswahili ikorera mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya. Ico kimenyeshamakuru kikavuga ko uyo yatowe iyo ngwara...

Leta y’Uburundi isaba abenegihugu gutekana no guterera amasengesho

Iryo n’itangazo ryasomwe na Prosper Ntahorwamiye, umuvugizi wa Leta y’Uburundi akaba n’umunyamabanga mukuru wayo kur’uyu wa kane. Akaba yamenyesheje ati kubona ikiza coronavirus kitarashika...