22.2 C
Bujumbura
Friday, April 3, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Abasirikare 600 b’Abarundi bazotahanwa vuba bava Somalia.

Mu kiganiro n'abavugizi b'inzego z'Uburundi mu ntara ya Mwaro, ubushikiranganji bwo kwivuna abansi b'Uburundi bwababjijwe impamvu abasirikare bashika 600 batarataha mu Burundi kandi ikiringo...

Agathon Rwasa: ‘Igihe hageze amahinduka, nta numwe ashobora kuyahagarika’.

Umushingamateka Agathon Rwasa n'abanywanyi biwe baraye buguruye ku mugaragaro ibiro bikuru vy'umugambwe wabo mu gisagara ca Bujumbura inyuma y'aho aherewe uruhusha na leta y'Uburundi. Mu...

Rwasa Agathon yoba ‘ateye ubwoba cane’ CNDD-FDD imbere y’amatora ya 2020?Soma hano urabe.

Inyuma y'aho hagaragariye ko habaye ukubuza umushingamateka Agathon Rwasa gukora ibikorwa vyiwe vyo kwugurura umugambwe wiwe, CNL, ku mugararago mu gisagara ca Bujumbura, biramaze...

Ibiro vya ONU bijejwe agateka ka zina muntu vyugaye burundu mu Burundi.

Mw'itangazo ryashizwe ahabona uyu musi wa mbere itariki 4 Ntwarante 2019, Ibiro vya ONU bijejwe agateka ka zina muntu(Office du Haut Commissariat des Nations...

Abasirikare b’Abarundi 600 muri Somalia ‘babuze ayo bacira n’ayo bamira’.

Inyuma y'aho Uburundi bwemeye ko abasirikare  bashika 400 batahukanwa mu Burundi kuva ku wa 21 Ruhuhuma 2019, ubu hoho leta y'Uburundi isa niyahakanye ko...

Leta y’Uburundi igabisha ko ishobora gukurayo abasirikare bose muri Somalia.

Nubu impari ziracari nyinshi inyuma y'aho Ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika rifatiye ingigo yo gutahukana abasirikare 1000 b'Abarundi muri Somalia guhera kuri uyu musi wa...

Kagame na Buyoya bagirizwa kuba bari inyuma y’ivanwa ry’abasirikare b’Abarundi muri Somalia.

Inyuma yaho Uburundi bugondorejwe maze ingingo yo kuvana abasirikare bayo bavanwa muri Somalia, nubu impamvu ni nyishi. Ubu naho leta y'Uburundi imenyesha ko igihugu...

Kafando: ‘Ibiganiro bihurikiyemwo bose niwo muti ku kibazo c’Uburundi’

Mw'ijambo intumwa idasnazwwe ya ONU mu Burundi, Michel Kafando, yashikirije imbere y'Inama Nkuru y'umutekano ya ONU, yamenyesheje ko umuti wonyene ku kibazo c'Uburundi ari...

Most Read

#COVID-19: ‘Gushira Imana imbere’ mu kurwanya Coronavirus vyoba bihagije?

Mw'itangazo leta y'Uburundi yaraye ishize ahabona yasavye Abarundi kutagira bwoba cane kubera Coronavirus. Leta kandi ibandanya isaba Abarundi kubandanya  'basaba Imana' ko yoiafasha gutsinda uwo...

#COVID-19: Leta y’Uburundi iremesha Abarundi ‘kudatekerwa n’Ubwoba’

Inyuma yaho Uburundi nabwo bugiriye ku rutonde n'ibindi bihugu vyafahswe n'umugera uriko utikiza inganda ariwo Coronavirus wataziriwe COVID-19, leta y'Uburundi yaraya isavye Abarundi kudatwarwa...

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu busaba abarundi kubandanya imirimo yabo

Mw’itangazo umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya SIDA, muganga Thaddée Ndikumana, yasavye abarundi kutagira ubwoba. Akavuga ko uwutowe iyo ngwara adaca yitaba Imana ko ibice...

Ibibazo ni vyinshi kuva aho hatorewe abagwayi babiri ba coronavirus mu gisagara ca Bujumbura

Ivyo bikaba vyamenyeshejwe n’umushikiranganji w’amagara y’abantu no kugwanya ikiza SIDA, Muganga Thaddée Ndikumana, kur’uyu wa kabiri, isaha cumi na zibiri z’umugoroba zirenga. Muganga Thaddeé...