22.2 C
Bujumbura
Monday, July 13, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Sankara amenyesha ko yafashwa n’Uburundi n’Ubuganda.

Mu butungane uyu musi wa kane aho Callixte Nsabimana yitaziriye Sankara, yamenyesheje ko mu bitero vyose yakoze mu Rwanda na cane cane mw'ishamaba cimeza...

Michel Kafando yakiriwe mu Rwanda.

Intumwa idasanzwe ya ONU mu Burundi, ariyo Michel Kafando, yarakoze urugendo ejo mu gihugu c'Urwanda, igihugu kidacana uwaka n'Uburundi. Michel Kafando akaba yakiriwe na Richard...

‘Harakenewe ibindi biganiro vya nyuma’, niko Tatien Sibomana avuga.

Mu gihe hariko havugwa ko hoba himirije kujaho uwundi murwi w'abatavuga rumwe na leta inyuma yaho iyihari isa niyananirwe, aho nyene hari abasaba ko...

Jean Minani aragabisha abafashe ingingo yo gufata ubutunzi bw’abahunze.

Inyuma y'aho leta y'Uburundi ifatiye ingingo yo gufata ubutunzi yaba amazu cankei ibindi bikoresho vyegukira abagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi mu mwaka wa 2015, abatavuga...

‘Amatora ntakwiye kuba igihe c’imigumuko’, niko Ndayishimiye avuga

Umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD, Evariste Ndayishimiye yamenyesheje ko igihe c'amatora mu Burundi 'kidakwiye kwama gifatwa ko ari ikiringo kivyura intureka gusa'. "Ikiringo c'amatora ntigikwiye kuba...

Ni ibiki twibuka kw’igeragezwa ryo gutembagaza ubutegetsi mu 2015?

Kuri uyu musi wa 13 Rusama 2019 niho haheze imyaka ine habaye igeragezwa ryo gutembagaza ubutegetsi bw'Uburundi burongowe n'umugambwe CNDD-FDD ku wa 13 Rusama...

Hoba himirije kujaho ‘umurwi wa bose w’abatavuga rumwe na leta’?

Abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, baba abari mu gihugu(opposition interne) hamwe n'abari hanze y'igihugu)(Opposotion externe) barakoze inama muri iyi Rusama ku wa 3 gushika...

Igisirikare ca Kongo kimenyesha ko inyeshamba zikura ibirwanisho mu Burundi.

Igisirakere ca leta ya kongo, FARDC, camenyesheje ko imirwi igwanira mu buseruko bw'ico gihugu nka Sud-Kivu na Uvira, ikura ibirwanisho ikoresha biturutse mu gihugu...

Most Read

Ubwo Ndayishimiye azokwemera ubutumire bwa Kagame bwo kubana neza?

Mw'ijambo umukuru w'igihugu c'Urwanda, Paul Kagame aheruka gushira ahabona yavuze ko yizeye ko Ndayishimiye Varisto, umukuru w'iguhugu mushasha agiye gukorana neza na leta y'Urwanda. Abihweza...

Abantu barenga 250 baramaze kwandura umugera wa Covid-19 mu Burundi: ibitigira biguma vyiyongera

Abantu barenga 250 baramaze kwandura ikiza c'umugera wa Coronavirus mu gihugu c'Uburundi, ikimenyemenya c'uko ibitigiri biguma vyiyongera. kuva umusi wa mbere, haratanguye isekeza ryo gupima...

Ibiziga bitatu vyatowe ku rubibe rw’Uburundi n’Urwanda

Mu gihugu c'Urwanda nko ku metero zikeyi gusa uvuye ku rubibe canke umupaka Uburundi buhana n'Urwanda, hari ibiziga bitatu vyahatowe bitaramenyekana abo aribo. Ikinyamakuru co...

Uwuserukira Uburundi m’Ubufaransa yasavye ko Francophonie ihanagura ibihano

Haciye indwi zitatu gusa ubutegetsi bushasha bugiyeho, uwuserukira Uburundi mu gihugu c’Ubufaransa  aho ishirahamwe mpuzamakungu rihuza ibihugu bivuga igifaransa, Ernest Niyokindi, yasavye ko Uburundi...