22.2 C
Bujumbura
Friday, June 5, 2020
Tags News

Tag: News

Igituma haba imirongo miremire kubituro vy’amabisi

Imirongo miremire ibandanya kwibonekeza kubituro vy’amabisi mu gisagara ca Bujumbura. Ivyo bikunyugwa nuko igitoro co mu bwoko bwa mazout kimaze igihe kitaboneka ku mastation...

Abanyamahanga bamwe bamwe baba mu Burundi bagiye kwirukanwa.

Umukuru w'igigugu c'Uburundi, Pierre Nkurunziza, yamenyesheje ko abanyamahanaga bose baba mu Burundi bidaciye mu mategeko bagiye kwirukanwa bagasubizwa mu bihugu vyabo. Ivyo vyavuzwe na Jean...

Abakomisionere boba bagiye gukurwaho m’urudandazwa rw’ikawa n’icayi

Ivyo nivyavuye mu nama nshingamateka kur’uyu wa kabiri mu gihe umushikiranganji w’uburimyi n’ubworozi, Deo Guide Rurema, yari yatumiwe mu nama nshingamateka kugira atange umuco...

Igisirikare ca Kongo kimenyesha ko inyeshamba zikura ibirwanisho mu Burundi.

Igisirakere ca leta ya kongo, FARDC, camenyesheje ko imirwi igwanira mu buseruko bw'ico gihugu nka Sud-Kivu na Uvira, ikura ibirwanisho ikoresha biturutse mu gihugu...

Umukuru wa COMIBU ahamagarira abarundi kwihanganiranira mu budasa bwabo

Mugihe abari mw’idini rya Islam batanguye amafungo kur’uyu wambere, umukuru w’abari mw’idini rya Islam mu Burundi ‘’COMIBU’’, Cheikh Sadiki Kajandi Abdallah, yarasavye abarundi kwirinda...

Impunzi zo mw’ikambi y’I nyarugusu zirasaba ONU kizikingira

Amasasu atari make yarumvikanye kur’uyu wa gatandatu mw’ikambi y’i Nyarugusu mu gihugu ca Tanzaniya aho impunzi z’abarundi zahungiye. Nkuko bivugwa nizo mpunzi ayo masasu...

Antonio Guterres yagirizwa ‘kurekerana’ ikibazo c’Uburundi.

Umunyamabanga mukuru wa ONU, Antonio Guterres, aragirizwa kuba sindabibazwa ku bibazo bibera mw'isi, na cane cane ubu naho ariko yagirizwa ko ataco ariko akora...

Abakorera mw’isoko ya Kinama barasaba gusubizwa mwisoko ryubatse

Haraheze imyaka itanu abadandariza mw’isoko ya Kinama bimuwe bakajanwa mw’isoko ry’imfatakibanza kugira iryahahora risanugwe nkuko ayandi masoko yariko arasanurwa. Amasoko menshi rero aramaze guhera...

Most Read

Sentare yiyungurizo ya Ntahangwa yagumije mu munyororo abamenyeshamakuru bane

Abo bamenyeshamakuru bakaba bakorera ikinyamakuru Iwacu bakaba batawe mu mvuto mu kwezi kw’icumi umwaka wa 2019. Bakaba bari bagiye mu ntara ya Bubanza kurondera...

Sentare ijejwe kubahiriza ibwirizwa nshingiro yemeje instinzi ya CNDD-FDD

Nkuko umukuru w’umugambwe CNL, Agathon Rwasa, yari yituye iyo sentare ijejwe kubahiriza ibwirizwa nshingiro avuga ko umurwi CENI ivyo washikirije bidahuye nivyatangajwe mutuzu tw’amatora....

Umwihwezo: Ni iki Evariste Ndayishimiye yokwitegwako? Ihinduka canke kubandanya ivyahahora?

Ku wa 20 Rusama 2020, mu gihe benshi mw'isi bari bituniye ku kurwanya ingwara ya COVID-19, igihugu c'Uburundi coco cakoze mu gacerere ntangere amatora...

Ibihuha ni vyinshi ku bagwaye ingwara ya coronavirus m’Uburundi

Kumbuga ngurukana bumenyi hariko haraca amakuru avuga ko m’Uburundi abagwayi bane boba bitavye Imana mu bitaro vy’abasirikare vyo mu Kamenge. Bikavugwa kandi ko n’umukuru...