22.2 C
Bujumbura
Friday, June 5, 2020
Tags News

Tag: News

Ihiganwa Primusic ryasubiriye gutunganywa n’ishirahamwe Brarudi

Hari haheze imyaka ine ishirahamwe Brarudi ridatunganya ihiganwa bitiriye Primusic. Dorine Gateka, ajejwe ikinyobwa Primus muri iryo shirahamwe Brarudi, amenyesha ko Brarudi yariko iritunganya...

Leta y’Uburundi yafashe ubutunzi bw’abaronderwa n’ubutungane.

Leta y'Uburundi yaraye ifashe igingo yo gufata ubutunzi bwa bamwe bamwe mu bagirizwa intureka zo mu mwaka wa 2015. Benshi muri bo bakaba bararungikiwe...

Urutonde rw’abakinyi 28 b’Intamba mu Rugamba ruramaze kuboneka

Abo rero batowe bakaba bafise urubanza rukomeye rwo kuzoserukira Uburundi mu mahiganwa ya nyuma y’igikombe ca Afrika c’umupira w’amaguru. Itariki ya 31 rusama bakazokina...

Umusi mubi ku maradiyo yigenga

Izo radiyo na télévision akaba ari Isanganiro, Bonesha, RPA, Rema FM na Télé Renaissance zikaba zugawe umusi ukurikira ihakwa guhirika ubutegetsi bw’i Bujumbura itariki...

Umugambwe ANC warasubiy’inyuma mu matora naho watsinze

Uwo mugambwe w’umuhisi Nelson Mandela uri k’ubutegetsi kuva mu mwaka w’i 1994 aho washikana Président Nelson Mandela yari imbohe ya poritike mu Afrika yepfo...

‘Amatora ntakwiye kuba igihe c’imigumuko’, niko Ndayishimiye avuga

Umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD, Evariste Ndayishimiye yamenyesheje ko igihe c'amatora mu Burundi 'kidakwiye kwama gifatwa ko ari ikiringo kivyura intureka gusa'. "Ikiringo c'amatora ntigikwiye kuba...

‘Abarundi bahungutse bakeneye imfashanyo yihuta’, niko HCR ivuga.

Ishirahamwe rya ONU ryitaho impunzi kw'isi, HCR, ryamenyesheje mu cegeranyo cayo ku wa 9 Rusama 2019 ko Abarundi bahunguka bakwiye gufashwa vyihutirwa'. Catherine Wiesner, aserukira...

Ni ibiki twibuka kw’igeragezwa ryo gutembagaza ubutegetsi mu 2015?

Kuri uyu musi wa 13 Rusama 2019 niho haheze imyaka ine habaye igeragezwa ryo gutembagaza ubutegetsi bw'Uburundi burongowe n'umugambwe CNDD-FDD ku wa 13 Rusama...

Most Read

Sentare yiyungurizo ya Ntahangwa yagumije mu munyororo abamenyeshamakuru bane

Abo bamenyeshamakuru bakaba bakorera ikinyamakuru Iwacu bakaba batawe mu mvuto mu kwezi kw’icumi umwaka wa 2019. Bakaba bari bagiye mu ntara ya Bubanza kurondera...

Sentare ijejwe kubahiriza ibwirizwa nshingiro yemeje instinzi ya CNDD-FDD

Nkuko umukuru w’umugambwe CNL, Agathon Rwasa, yari yituye iyo sentare ijejwe kubahiriza ibwirizwa nshingiro avuga ko umurwi CENI ivyo washikirije bidahuye nivyatangajwe mutuzu tw’amatora....

Umwihwezo: Ni iki Evariste Ndayishimiye yokwitegwako? Ihinduka canke kubandanya ivyahahora?

Ku wa 20 Rusama 2020, mu gihe benshi mw'isi bari bituniye ku kurwanya ingwara ya COVID-19, igihugu c'Uburundi coco cakoze mu gacerere ntangere amatora...

Ibihuha ni vyinshi ku bagwaye ingwara ya coronavirus m’Uburundi

Kumbuga ngurukana bumenyi hariko haraca amakuru avuga ko m’Uburundi abagwayi bane boba bitavye Imana mu bitaro vy’abasirikare vyo mu Kamenge. Bikavugwa kandi ko n’umukuru...