22.2 C
Bujumbura
Friday, June 5, 2020
Tags News

Tag: News

Kirundo: Abarovyi bane b’Abarundi banyururijwe mu Rwanda.

Ubushikiranganji bw'umutekano bw'Uburundi bumenyesha ko hari abarovyi bane b'Abarundi banyurujwe n'abasoda bakorera mu mazi(marines) b'igihugu c'Urwanda) mu ntara ya Kirundo. Abo barovyi bavugwa ko ari...

Yoweri Museveni yoba azokwemera ivyo yasabwe na Petero NKURUNZIZA ?

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yasavye ko hotegurwa inama idasanzwe yoba iyo kwiga gusa ikibazo c’Uburundi n’Urwanda, inyuma y’aho akaba ariho hotunganwa inama igira gatanu...

Muramvya : Ikiziga c’umugabo catowe mu nzu

Ikiziga c’umugabo catowe mu nzu yiwe iri ku musozi Mugerera, komine Mbuye intara ya Muramvya. Ico kiziga catowe mu gatondo ko kuri uwu wa...

Imyeyerekano ‘ikomeye’ yo kwiyamiriza Ubumwe bwa Afrika.

Kuri uyu musi gatandatu itariki 08 Kigarama 2018, abanyagihugu isinzi mu Burundi nka bwose bazindukiye mu myiyerekano ikomeye(Demonstrations de force) yo kwiyamiriza ishirahamwe ry'ubuwme...

Buyoya avuga ko ugushaka kumuhagarika ari ‘ukwihorana gushingiye ku moko’.

Uwahoze ari umukuru w'igihugu c'Uburundi, Pierre Buyoya, nubu ntarava kwizima mu kubandanya yiyamiriza umutahe mpuzamakungu wamusohorewe kugira ahagarikwe abazwe ku bijanye n'igandagurwa rya Ndadaye...

Buramatara wa Rutana aragabisha abadatanga intererano y’amatora ya 2020!

Mu rwandiko Buramatari w'intara ya Rutana yashize ahabona, argabisha abanyagihugu bose atwara muri iyo ntara ko abatazoba baratanga 'intererano basabwa y'amatora ya 2020 gushika...

Ruyigi : Sentare yaciye urubanza rw’uwishe umuvyeyi wiwe

Sentare Nkuru y'igihugu ya Ruyigi yaraye kuri uwu wa kane ihanishije umunyororo w'impaga w'ubuzima bwiwe bwose uwitwa NIYONSABA Juvenal. Uwo yaciriwe urubanza na Sentare...

Ibiro vya ONU bijejwe agateka ka zina muntu vyabwiwe gukinjura mu Burundi.

Ibiro vya ONU bijejwe agateka ka zina muntu mu Burundi vyategetswe kwugara ibiro vyavyo mu Burundi, nk'uko bimenyeshwa na Associated Press. Umuvugizi w'ivyo Biro i...

Most Read

Sentare yiyungurizo ya Ntahangwa yagumije mu munyororo abamenyeshamakuru bane

Abo bamenyeshamakuru bakaba bakorera ikinyamakuru Iwacu bakaba batawe mu mvuto mu kwezi kw’icumi umwaka wa 2019. Bakaba bari bagiye mu ntara ya Bubanza kurondera...

Sentare ijejwe kubahiriza ibwirizwa nshingiro yemeje instinzi ya CNDD-FDD

Nkuko umukuru w’umugambwe CNL, Agathon Rwasa, yari yituye iyo sentare ijejwe kubahiriza ibwirizwa nshingiro avuga ko umurwi CENI ivyo washikirije bidahuye nivyatangajwe mutuzu tw’amatora....

Umwihwezo: Ni iki Evariste Ndayishimiye yokwitegwako? Ihinduka canke kubandanya ivyahahora?

Ku wa 20 Rusama 2020, mu gihe benshi mw'isi bari bituniye ku kurwanya ingwara ya COVID-19, igihugu c'Uburundi coco cakoze mu gacerere ntangere amatora...

Ibihuha ni vyinshi ku bagwaye ingwara ya coronavirus m’Uburundi

Kumbuga ngurukana bumenyi hariko haraca amakuru avuga ko m’Uburundi abagwayi bane boba bitavye Imana mu bitaro vy’abasirikare vyo mu Kamenge. Bikavugwa kandi ko n’umukuru...