22.2 C
Bujumbura
Saturday, May 30, 2020
Tags Breaking news

Tag: breaking news

Ntivyoroshe Muri CNARED! Kubera Iki?

Inyuma y'aho urunani rutavuga rumwe na leta y'i Bujumbura rushiriye hejuru Dogiteri Jean Minani ngo atware urwo runani asubiriye Charles Nditije, ubu ntivyoroshe aho...

Ikibazo co guterera amatora yo mu mwaka wa 2020 kibandanya gutera impari

Mu gihe haciye imisi hasohowe urutonde rwerekana uko abakozi ba Reta bazoterera amatora yo mu mwaka wa 2020,ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati...

OLUCOME Isaba Irangizwa Vyihuta RY’Ibiganiro Bibera Hanze.

Mw’ikete ishirahamwe rijejwe kurwanya ibiturire no gusesagira amatungo ya Leta OLUCOME ryandikiye umufasha mu biganiro bihuza Abarundi, William...

Uwashatse guhamba abana babona asabirwa guhanwa n’amategeko

Ubushikirangani bujejwe agateka ka zina muntu ,imibano hamwe n’iterambere ridakumira busaba ko ubutungane bukora ibishoboka kugira umuntu yashatse guhamba abana babona...

Abamenyeshamakuru 4 ba radiyo NTUMBERO FM bitavye ubutungane

Inyuma y’amezi 2 arenga i radiyo Ntumbero FM ifatiwe ibihano vyo kugara ibikorwa vyayo mu kringo c’amezi atandatu,4 mu bamenyeshamakuru b’iyo...

Ingendo Zose Z’Abategetsi Ba Leta Zigiye Kuza Ziramenyeshwa.

Ku wa 28 Kigarama 2017, icegera ca mbere c’Umukuru w’igihugu hamwe n’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu barasinye bari hamwe itegeko...

Igiporisi c’Uburundi kirahakana gukorana n’ishirahamwe CATED.

Igiporisi c’Uburundi gishikiriza ko ata baporisi bahitana abantu iyo bari mu bikorwa vyabo vya misi yose bijanye no gusaka. ...

Menya Hano Imiryango 13 Itwara Isi Yose Mu Kinyegero.

Mu gihe haguma hakwiragira inkuru zitandukanye ku mbuga ngurukana bumenyi y’ukuntu hagiye kuzojaho Urutonde Rushasha Rw’isi( Nouvel Ordre Mondial),...

Most Read

Denise Nkurunziza yoba yajanwe muri Kenya kuvurwa Coronavirus

Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c'Uburundi akaba akandi yiteguriye gusohoka ku butegetsi, ariwe Denise Bucumi Nkurunziza, yajanwe mu gihugu ca Kenya inyuma yo kwandura umugera wa...

Rwasa avuga ko azokwitura Sentare ya EAC vyanse mu Burundi

Umushingamateka akongera akaba umukuru w'umugambwe CNL, Agathon Rwasa, avuga ko azokwitura Sentare ya Afrika y'Ubuseruko, EAC, mu gihe Sentare yuhabihiriza ibwirizwa shingiro itokwumva ivyo...

Abaserukira ibihugu vyabo m’Uburundi basaba abanyepolitique  gushira imbere umwumvikano

Mw’itangazo ibihugu birenga 17 bifise ubuserukizi m’Uburundi vyarasohoye itangazo kur’uyu wagatatu inyuma yaho umurwi CENI utangarije ivyavuye mu matora y’umukuru w’igihugu, abashingamateka n’abajenama ba...

Abasenyeri bariyamiriza akarenganyo karanze amatora yo ku wa 20 Rusama 2020

Umugwi w'abasenyeri bo mu Burundi, CECAB, bariyamiriza akarenganyo karanze amatora yo ku wa 20 Rusama 2020. CECAB ikabona ko naho amatora muri rusangi yabaye...