T2000 yahiye iratokombera.

0

Imangazini T2000 yahiye iratokombera kuruyu wa mbere igenekerezo rya 21/9/2015.
TE2000
Nkuko ikinyamakuru canyu ubmnews.com cama kibaha amakuru ari kumwanya twashoboye kuhishikira ariko gushika ino saha ntiharamenyekana icatumye iyo magazini isha igatokombera.
t1
Aya namwe mu mafoto ikinyamakuru canyu cabarondereye kugira mubone uko vyari bimeze.
T t3