SWAGG TEAM+257 UGIYE GUSHIRA AHABONA AMASANAMU Y’INDIRIMBO IMVURA YIBI BABY.

0

Umugwi SWAGG TEAM +257 bagiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo yabo imvura yibi baby nkuko bashoboye kubitumenyesha mu kiganiro twagiranye nabo kuruno munsi igenekerezo rya 30/9/2015.
swagg
SWAGG TEAM bati tugiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo yacu imvura yibi baby kuva kuruno wa gatanu kuko bari bayadusavye ni benshi cane arinaco gituma twahisemwo kuyashira ahabona.
imvura yibi baby
Twobamenyeshako iyo ndirimbo IMVURA YIBI BABY bayikoranye n’umuririmvyi SAT-B