UBM News ads
Friday, December 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Sudani y’epfo yagirizwa ivyaha bikomeye vyo gutwara abana bakiri bato muntambara

Ishirahamwe ryitaho abana UNICEF rivuga ko igitigiri c’abana batwawe n’umurwi Shilluk wa Johnson Oloni baharurwa mu majana, aho kuba 89 gusa nk’uko vyakekwa mbere.

sudan

Ababibonye bavuga ko abenshi muri abo bana bari bajanywe guhabwa imyimenyerezo ya gisirikare hafi ya Wau Shilluk mu ntara ya Upper Nile, kandi ko abana bato bafise imyaka nka 12 bari bafise inkoho.

Leta ya Sudani y’epfo irahakana ko igenzura na gato imirwi yitwaje ibirwanisho.

SRC : BBC

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments