STROMAE YIPFUZA KO IGITERAMO CO MU RWANDA KIZOBA ICAGAKURA.

0

Mu gihe hasigaye iminsi ibarurwa ku ntoke ngo ateramire mu Rwanda ku nshuro yiwe ya mbere, umuririmvyi rurangiranwa mu mudiho wa pop, Paul Van Haver isi yose yamenye nka Stromae yamenyesheje televiziyo mpuzamahanga ya Al Jazeera ko iki giteramo yifuza ko cyoba igiteramo cy’amateka.
Stromae-les-coulisses-de-sa-tournee-au-Rwanda

Stromae yavuze ko kuba agiye kuza mu Rwanda birenze kuba aje kwitabira igiteramo co gusoza ibiteramo(tour) yakoreye hirya no hino kw’ isi ya album yiwe racine carrée. Uyu mugabo avuga ko aje mu gihugu ciwe, aho yiteguye guhura n’umuryango wiwe wo kwa se no kumenya birushije igihugu ciwe.
stromae

Stromae akaba yashize mu gihugu c’urwanda ku munsi w’ejo igenekerezo rya 15/10/2015,akaba afise i giteramo kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 17/10/2015