UBM News ads
Sunday, December 10, 2023
No menu items!
UBM News ads

Steven Biko Raphael ahaye kaze abo bose bipfuza ico kumenyekanisha biciye muri ” THE SYUB SHOW

steven-biko

Ikiganiro ca mbere c’abarundi dufise hano muri Leta zunze ubumwe za America ndetse gikurikiranwa n’abarundi benshi ” The SYUB Show ” umurongozi mukuru akirongoye ” Steven Biko Raphael ” arahamagarira abantu bose bipfuza kugira ico bamenyekanisha biciye muri kino kiganiro ko bahawe kaze kuko ” The SYUB SHOW ” ntayikinaniye kandi isanzwe inakora bimwe bishimishije kuko yo ico yipfuza ni ukugirango imenyekanishe ndetse inateze imbere ibikorwa vy’abarundi.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments