UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Soma hano umenye ingaruka mbi (10 ) zitegwa no kuraba ” Film ” z’ibiterasoni ”

UBM News ads

Ireresi z’ibiterasoni ” Pornography ” abantu bakunda kuraba kugira binezereze mu mutwe no ku mubiri inyuma y’ikiganiro twagiranye na bamwe basazwe barize ibijanye n’ukunonosora n’ivyinyifato (Psycologue) basanze vyica cane mu mutwe.

Mukiganiro twashoboye kumenya ivyo ayo mareresi yica mu mutwe iyo umuntu ayaravye bigatuma bivamwo n’izindi ngaruka mbi ziherekeza ayo mareresi y’ibiterasoni. Murizo reresi kenshi bazitegura nka kurya abandi bose bategura izindi reresi bikabafata umwanya munini.
Ingaruka mbi 10 ziva mu kuraba ayo ma reresi y’ibiterasoni:

black couples

1/ Kubera kuraba izo reresi biratuma ushaka kwigereranya kurabo bazikina uravye n’ukuntu igitsina c’umugabo kiba kingana kuko abenshi bibaza ko bategerezwa kugira igitsina kinini nka birya babona mu mareresi. Ku muce w’abagabo hariho abaja kwa muganga kubaza ko boba bafise ingorane kubona bafise igistina gito bagatinya ko uwo barikumwe bibaza ko batahava bamuryohera mu gihe baba bariko barakora imibonano mpuzabitsina.

2/ Kuba zirya reresi ziba zimara umwanya munini abantu bibaza ko babikora umwanya munini ariko bafatanya uduce twinshi baba bakinye. Hari abakora umwanya muto ugereranije nivyo baba barabonye murizo reresi hama bakagira amakenga menshi ko boba bafise ubumuga canke ingorane.

3/ Iyindi ngaruka mbi zitera nuko ugumana ishusho yarya masanamu uba wabonye ku muntu wese mudahuje igitsina ukamubonamwo irya shusho wamye ubona.

4/ Uwo murikumwe ushaka ku mukorera ivyo wabonye vyose bigatuma ubona ko utakoze neza iyo mibonano mpuzabitsina nkuko wabishaka.

black-couple-lovingly-embrace

5/ Arya mareresi kugira umugabo akinane n’umukobwa abanza kuba amaranye igihe kinini ariko aramutegura mu mutwe no ku mubiri. Ariko wewe ukabikora utabanje ku mutegura bikwiye ugahava ushaka ko mukora vyose nkuko wabibonye.

6/ Ku bakina arya mareresi barakora ibintu vyinshi nawe utokubahuka gukora nko gukoza ururimi mu gitsina c’umukobwa ataco wafashe ” nk’ibintu biza kugukingira ”

7/ Ayo mareresi arashira hasi bimwe bikomeye igitsina gore kuko berekana iminsi yose umugabo ariwe akoresha umugore gusa kandi bikaboneka ko abimukorera ashizemwo inguvu nyinshi cane nkuwuriko arakorerwa ivyamfurambi(gufatwa ku nguvu).

8/ Ayo mareresi y’ibiterasoni aratuma uwuziraba ku muce wabasanzwe bubatse nk’umugabo aziraba ashaka ku gufata(Position) zose yabonye agashaka kuzikoresha uwo bubakanye.

9/ Iyo umugabo ariko arabikora ashaka kwerekana ko azi ibintu mu gukora ivyo yabonye vyose ariko akibagira ko umukunzi wiwe asanzwe atakina ayo mareresi y’ibiterasoni.

10/Biratuma kenshi ushobora kubura uwo mukorana imibonano mpuzabitsina bigatuma ushobora kuyikorana wewe nyene(Masturbation).

Ico twoshobora kubamenyesha nuko abakina ayo mareresi babaha amahera menshi ariyo mpamvu bakina izo reresi zibiterasoni.

Mu makuru yacu yo hanyuma tuzobabwira ingaruka mbi ziterwa no kwisambanya ivyo bita mu gifaransa Masturbation.

Sources : Afrifame

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments