SIMBA IMITEGO ya LOLILO igiye kuja ahabona.

0

Indirimbo nshasha SIMBA IMITEGO y’umuririmvyi w’umurundi NIYONZIMA Nassor Saloum azwi nka LOLILO igiye kuja ahabona nkuko umutambukanyi w’uyo muririmvyi yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru canyu ubmnews.com mu kiganiro twagiranye nawe kuruno munsi igenekerezo rya 17/9/2015.
simba
SIMBA IMITEGO akaba ari indirimbo iryoshe,indirimbo izoshimisha benshi nkuko umutambukanyi wa LOLILO yabishikirije ikinyamakuru ubmnews.com
simba imitego
Twobamenyesha ko iyo ndirimbo iriko ikorwa n’umuhinyanyuzi MUGISHA Amir abenshi bazi kw’izina rya Amir-Pro.