Shimira Imana by Mugisha Divine New Official Video Clip

0

Umuntu kubaho kw’isi ni ubugombe bw’Imana. Uko uri kose shimira Iyakuremye, irazi igituma yakuremye,igufitiye umugambi mwiza. Nubwo abantu bogusuzugura, menyako ufise agaciro kanini mu maso yayo. Fata akanya uyishimire kuko niba uriho nivyo ufise vyose ni kurerayo, eka nivyo udafise ukeneye, izobiguha mugihe wibuka kuyishimira kuvyo imaze kuguha.

Video yuno muririnvyi iraryoshe pe, irabire nawe hano musi ! Imana ibahezagire Mwese
[KGVID poster=”http://isangi.com.bi/wp-content/uploads/2013/08/1002520_10151542136795741_2026846478_n1.jpg” width=”640″ height=”360″]https://ubmnews.com/Amavideo%20Yose%20ya%20UBMNews/Shimira%20Imana%20by%20Mugisha%20Divine%20(Official%20Video%20Clip).mp4[/KGVID]