SHARIFA LUNA AGIYE GUKORANA N’UMUGWI BEST LIFE MUSIC.

0

Umwigeme mwiza cane w’umurundikazi SHARIFA LUNA agiye gukorana n’umugwi BEST LIFE MUSIC,umugwi uhurikiyemwo imisore 4 nkuko yaraye abimenyesheje ikinyamakuru canyu ubmnews.com mu kiganiro twaraye tugiranye nawe tumusanze muri zone ya Bwiza,commune Mukaza ku kabare kitwa WHATSAP.
sharifa2

SHARIFA ati:<>.

sharifa1

Ayo akaba ari majambo SHARIFA yashoboye kubwira ikinyamakuru canyu ubmnews.com
Twobamenyesha ko SHARIFA azwi cane mu muziki w’uburundi,akaba yarigeze no gusohokana n’9umuririmvyi w’umurundi aririmba mu mudiho wa HIP HOP, umuririmvyi MKOMBOZI.