Sat-b yaraja kuvumba kwaba Emery sun?

0

Umuririmvyi w’umurundi Bizimana Aboubackar Karoum abenshi bazi kw’izina rya sat b aramenyesha ko amuzi Emery sun ko yahora aja no kuvumba iwabo

Abicishije mu kiganiro hit connection gica ku nsamirizi radio10,baramubajie ko harico yovuga kukutumvikana hagati yiwe na emery sun,sat b akaba yavuze ati:
Emery sun ndamuzi,twarakuranye kandi kuva kera rimwe narimwe naraja no kuvumba iwabo kuko iwabo bari bifise cane je nanje navyuka nja kuronderera abavyeyi mugihe emery sun yavyuka asanga ku meza imfugurwa zuzuye

Ivyo sat b akaba abivuze nyuma yaho emery sun avugiye ko atazi umuririmvyi yitwa sat b