Sat-B arashimira Imana kubona Big Fizzo yararekuwe

0

Bizimana Aboubackar Karoum azwi nka Sat-b arashimira Imana rugira vyose kubona umuririmvyi Mugani Desire azwi nka Fizzo yararekuwe nyuma yo kumara amajoro 4 ari mw’ibohero ry’i remera mu muji wa Kigali.

sat-b
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,Sat-b akaba yanditse ashimira Imana kubona Fizzo yarekuwe ivyo rero bikerekana ko abaririmvyi b’abarundi bari batewe umutima uhagaze nifungwa rya mugenzi wabo Big Fizzo.

satura

Tworangiza tubamnenyesha ko atari sat-b wenyene yagaragaje umunezero kubona fizzo arekuwe n’abandi baririmvyi atari bake b’abarundi baragaragaje umunezero wabo.