UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Sat-B akomeje kwerekana ko ariwe muririmvyi akunzwe cane kurusha abandi mu Burundi, Raba abantu muko bari benshi mu giteramo aheruka gukora

UBM News ads

Ejo mu giteramo ca Sat b cari citiriwe izina rya ( satura amabafle ), amatwi adusumira ngo avuga ko cagenze neza cane, naho muntango zico giteramo ngo habaye ibibazo, aho aba police bari bagihagaritse, kubera ataruhusha bari bafise, ariko munyuma bigatunganywa.

Uno muririmvyi muriki giteramo aheruka gukora, akaba yarashimishije benshi kuburyo kugeza ubu biboneka ko ariwe muririmvyi afise aba Fans benshi, Raba amwe mu mafoto y’ukuntu ibintu vyose vyagenze.


Nelly Sat ( umugore wa Sat-B ) nawe nyene yari yaje kumushigikira

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments