Safari by Jimmy samson ( Official Audio )

0

jimmy

Jimmy Nyandwi abenshi bazi kwizina rya ( Jimmy Samson ) ni Umuririmvyi w’umurundi aba muri Leta zunze ubumwe za America , uno muririmvyi biraboneka ko azananye inguvu zidasanzwe mu mwuga wo kuririmba indirimbo zihimbaza Imana, ivyo navyo bikaba bibonekera mu ndirimbo nshasha aheruka gusohora aho zibandanya zikundwa nabatari bake.

Ushobora kumviriza hano imwe muri zino ndirimbo aheruka gusohora.