Monday, September 26, 2022
HomeNewss'abajejwe umutekano bakora ubwicanyi, ni ababa biyambitse impuzu zabo

s’abajejwe umutekano bakora ubwicanyi, ni ababa biyambitse impuzu zabo

Ubutungane ngo buracari mu matohoza ngo bumenye uwagandaguye Intwazangabo Lt General Adolphe nshimirimana , ivyo vyashikirijwe na Pierre Nkurikiye umuvugizi w’igipolisi c’Uburundi mu kiganito yahaye abamenyeshamakuru.

Pierre-Nkurikiye

Muri ico kiganiro yamenyesheje ko inkoho zigize imisi zivuga mu gisagara ca Bujumbura ari iz’inkozi z’ikibi ziba mu ma quartier yakoze imyiyerekano. Akaba yabandanije amenyesha kandi ko abambaye impuzu z’abajejwe umutekano bariko bakora ubwicanyi mu gisagara ca Bujumbura ngo s’ababo.

Yarangije amenyesha ko abajejwe umutekano bakwiye gucungana hagati yabo kugura bamenye uwuri mu kazi yatumwe.

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...