Rwanda – Hoba hari umumenyeshamakuru w’Urwanda afungiwe mu Burundi

0

Flag_of_Rwanda.svg

Mu gihugu kibanyi c’Urwanda amakuru amaze igihe atembera nuko boba hari umumenyeshamakuru w’umunyarwanda yoba apungiwe mu Burundi naho hataramenyekana impamvu afungiweyo hamwe n’ahapfungiwe.

Ibinyamakuru nyarwanda bikaba bidasiba kuvugira ku nsamirizi zabo aho ziri hose ngo uwo munyamakuru afungurwe atagisabwe.

Mwomenya ko ivyo bikurikiye amakuru ikinyamakuru canyu cari caronse avuga ko hari ibikorwa bimwe bimwe bigayitse igihugu c’urwanda kirimwo bigamije kudurumbanya igihugu, bikanavurwa ko hari na bamwe mu bakozi b’ipererezi ry’abanyarwanda boba baranabonetse I Burundi.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here