Rihana yagaragaje ubwambure bwiwe mu birori vyabereye Barbados

0

Ubundi amazina yiwe nyakuri yahawe n’ abavyeyi biwe ni Robyn Rihana Fenty ariko akaba yaramenyekanuye cane kw’ izina rya Rihana.

9CucVV4

Rihana akaba azwiho indirimbo ziryoshe cane kanatsinda akaba azwiho kwandikwa mu binyamakuru cane biturutse ku myambarire yiwe n’ utujede twa buri munsi.

ldwlLQt

Rihana akaba aheruka kuvugisha abantu benshi biturutse ku myambarire yiwe idasanzwe yagaragaye muri Barnados mu gace asanzwe avamwe aho yari yatumiwe mu birori.

lgD13R1