Rich Da Chris – Maneno Yao Ft. AB Nabil (Official video)

0

AB Nabil ni umwe mu bararirimvyi b’abarundi abandanya guteza umuziki ndundi mu makungu, uno muririmvyi aguma atera intambwe ikomeye kuko aguma akorana indirimbo n’abaririmvyi batandukanye ‘ Raba hano ini video yiwe aheruka gusohorana na Rich Da Chris