Umwana Lolilo yavyaranye na Chany Queen, Ngiki hano ico yipfuza kuba muri kazoza.

0

chany queen

Umwana w’umuririmvyi lolilo n’umuririmvyikazi chany queen ariwe Rahma Nassor yagize ico avuga kuri kazoza kiwe aho hakaba hari mu kiganiro uyo mwana yahaye ikinyamakuru canyu ubmnews.com

nassor
Rahma Nassor akaba yatubwiye ati : Ndipfuza ko muri kazoza kanje noba umuganga canke umumenyeshamakuru kuko ndakunda cane umwuga w’ubuganga n’ubumenyeshamakuru.

4

Tumubajije iradiyo yipfuza gukorera,Rahma akaba yatubwiye ko yipfuza gukorera i radiyo BBC
Tworangiza tubamenyeshako Rahma Nassor yiga mu mwaka wa 5 kuri ENSWAR muri zone Nyakabiga,Commune Mukaza.