Raba ngaha amashusho uzosanga muri Video ya Urankirigita ya Sat-B na Urban Boys.

0

Urankirigita kakaba ariko karirimbo Sat-B yakoranye n’ umurwi Urban Boys, ikaba ari nayo ndirimbo ya Sat-B ikunzwe cane mu gihugu c’ Urwanda.

11700979_388897744649486_7536993079519303977_o

Nkuko igihangange Satura yabishikirije, isanamu y’ indirimbo Urankiriguta yamaze guhera vuba ikazobashikira kandi akaba yizeye ko izoryohera benshi. Tukongera tubamenyesha yuko iryo sanamu ryakozwe n’ inzu ihinyanyura amashusho yo mu Rwanda izwi nka THE Benjemins.

FFpRLhZh

Ayo akaba ari amwe mu mashusho azorangaaa Clip Video ya Urankirigita.

PANoMe8l

11700979_388897744649486_7536993079519303977_o

SZ9xiPr