UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Raba ibimenyetso vyerekana umugore ashaka umugabo we kw’amukorera imibonano ( sex ) !

UBM News ads

Ni ibintu bisanzwe ko umugore akumbura umugabo we ndetse akagira ubushake bwo gukorana nawe imibonano Mpuzabitsina. Akenshi iyo umukobwa cangwa umugore yumva akeneye imibonano ntabasha kubimubwira mu majambo, ahubwo agerageza gukora ibimenyetso bishobora kumwereka ko akeneye ko bakora ico gikorwa.

Hot

Nk’ uko answer.com ibivuga, bimwe muvyo tugiye kubabwira ngo vyoba ari ibimenyetso vyerekana ko umugore ashaka umugabo.

Umugore ukeneye imibonano asasa neza kandi umugabo agasanga mu cumba yahatunganyije, naburya ko umugabo wese atashe abanza kugera mu cumba guhindura imyambaro avanye ku kazi. Umugabo rero iyo ageze mu cumba aryamamwo n’umugore we akabona gishashe neza bimutera kumva ashatse kuryama n’ ubwo atoba yari yabiteguye.

Umugore wahinduye indabo yiwe, ikimenyetso abantu b’ igitsina gore bakoresha cane yaba umukobwa cangwa umugore igihe yumva yipfuza umugabo ugasanga araba ateretse amaso ukuntu kuburyo iyo ndabo iri bukurure umugabo nawe akabona ko ari ngombwa.

Iyo umugore akeneye umugabo atangura kumukorakora ku bice bitandukanye vy’ umubiri kandi akaraba ivyo akoraho umugabo akumva vuba kuburyo nawe bihita bimuzamwo naburya ko akenshi umugabo aba we yabishatse kare rimwe na rimwe agatangura no kukuryamaho.

Umugore ukeneye imibonano murugo rwe usanga acunga umugabo agiye kugera murugo agahita agerageza kwikoraho akambara uduhuzu dusa neza kandi tugaragaza ibice bimwe na bimwe vy’ umubiri we azi ko bishobora gukurura umugabo we.

Ikindi ngo ni uko akenshi aho usanga umugore utegurira umugabo we ameza bidasanzwe kandi akaja kugaburira umugabo we yambaye kwa kundi twavuze haruguru, kugirango umugabo yishimire uburyo yateguriwe maze aze kuva ku meza yumva hari icahindutse mu mubiri.

Ibi vyose ngo ni ibimenyetso bigaragaza ko umugore wawe yoba akwifuza ko mwogira ico mukorana. Ukibibona ugomba gutangura gutekereza kuco wokora, ariko ku rwaruka si ngombwa kuko bifise ingaruka nyinshi kuri rwo.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments