UBM News ads
Tuesday, December 5, 2023
No menu items!
UBM News ads

Raba ibice bikomeye kumukobwa ushobora gukorako maze agaca ashaka gukora imibonano mpuzabistina !

Hari imyanya imwe n’imwe ku bantu b’igitsina gore ibafasha gukenera gukora imibonano mpuzabitsina ( Sex ) uko vyogenda kose mu gihe ikozweho n’umuntu w’igitsina gabo ndetse no kwihangana bikaba vyobagora cane.

Ibi bice vy’umubiri bigira ubukirigitwe cane ku muntu w’igitsina gore bikaba ari nayo mpamvu bifatwa cane kandi bigakururwa n’amaraso y’igitsina gabo iyo abikozeho agahita yumva amukeneye. Ivyo bice ni:

1. Amabere

Amabere y’umukobwa ni igice c’umubiri umugabo akoraho maze umukobwa agahita yumva ubushuhe burenze umubiri wiwe wose bigatuma yumva ashatse gukora imibonano mpuzabitsina ako kanya.

2. Ibibero

Iyo umukobwa yemereye umuhungu ko amukora ku bibero aba yikozeho kuko akenshi ahita agira ubushake bwo gukora imibonano mpuzabitsina bivanye nuko ariko arakorwaho nigitsina gabo p>

3. Mu ntege

Mu ntege naho ni hamwe mu bice vy’umubiri w’umugore bigira ubukirigitwe cane ku buryo iyo hari uwuhakoze umubiri wiwe wose ugira ubwitabire, bityo umubiri ukaba wohita ucika intege ukagira ubushake bwo gukora imibonano mpuzabitsina cane.

4. Mu mushatsi

Gukora mu mushatsi y’umukobwa canke y’umugore bifasha cane umugabo kumwumvisha ico akeneye, imishatsi kandi ku bagore ibamwo ubushuhe burenze butuma botwarwa igihe cose umugabo arimwo kuyikoramwo kuburyo bashobora no gushiduka ivyiyunviro vyabo vyagiye kure bagahita bipfuza gushaka gukora imibonano mpuzabitsina.

5. Mu biganza

Abantu b’ibitsina bitandukanye iyo bafatanye mu biganza umwanya munini bishobora gutuma umugore yumva ashatse gukora imibonano mpuzabitsina ariko bikaba akarusho iyo umugabo asa nk’ushimashima canke akorakora mu biganza vy’umugore, ubushuhe buhita bwihuta cane kuburyo bica intege umugore mu bijanye n’ubushake bw’imibonano mpuzabitsina.

6. Ku gitsina ( Vagina )

Iyo umugabo arinze akora ku gitsina c’umugore aba amufise neza kuburyo bitaba vyoroshe kumwirinda ngo batandukanane ataco bakoze.

7. Mu GutwiIyo ufashe ururimi canke se urutoki ukazaja urukoza mu gutwi kuwo murikumwe gahororo gahoro ushobora gushiduka yasinziriye kubera uburyohe aba yumva.

Mu gihe umukobwa canke umugore yumva adakeneye gukora imibonano mpuzabitsina, nta bundi buryo yokoresha uretse kwirinda ko umugabo yamukoraho kuri biriya bice vyavuzwe haruguru, gusa nko kububatse mu gihe umugabo yipfuza gutegura umugore wiwe agomba kwifashisha cane biriya bice kuko vyomufasha kwinjiza umugore wiwe mu gikorwa co kurangura amabanga yabubatse .

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments