Raba hano video nshasha imeze neza y’Umuririmvyi w’Umurundi aba muri America

0

Moss Kiny ni umuririmvyi w’umurundi aba muri America azananye inguvu zidasanzwe m’umwuga wo kuririmba indirimbo z’Ihimbaza Imana.

https://youtu.be/YZH_Xen9EOM

Ino nimwe mu ndirimbo yiwe nshasha nziza cane yari yitezwe n’abantu benshi ” Kijito Cha Utakaso by Moss Kiny