UBM News ads
Monday, February 26, 2024
No menu items!
UBM News ads

Raba hano urutonde rw’abakobwa 6 bakundwa cane muri Kenya kubera ubwiza bafise

Nkuko ino nkuru tuyikesha ikinyamakuru kimwe gikorera muri Kenya (Daily Kenyan News ) bo bashize hanze urutonde rw’abakobwa 6 bafise igikunduro, ubwiza hamwe nikibuno gikurura abagabo muri iki gihugu.

Kenya-girls

Mu gukora nguru rutonde ngo baravye cane abakobwa bamenyekanye mu mwaka wi 2014, harimwo abakinyi bamareresi ( Movies ) , aberekana imideri, abamenyeshamakuru hamwe n’abakunze kuboneka mumasanamu y’indirimbo.

Nguru hano urutonde basohoye uko bagiye barakurikirana.

1. Vera Sidik

Vera-Sidika-photo-111

2. CORAZON KWAMBOKA

kwamboka

3. JUDY ANYANGO.

JUDY-ANYANGO.

4 .RISPER FAITH

Risper-faith

5. GRACE MSALAME

msalume

6. LILIAN MULI

lilian

Ese kubwawe uremerana na runo rutonde ko bano bakobwa ari beza ?

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments