Raba hano ino Video nshasha y’umuririmvyi w’umurundi aba muri America ” Nipe Penzi by Babbi

0

Babbi ni umwe mu baririmvyi b’abarundi basanzwe bakorera ibikorwa vyabo vy’umwuga wo kuririmba mu gihugu ca Leta zunze ubumwe za Amerika mu gisagara ca ARIZONA , uno muririmvyi akaba yaraye asohoye indirimbo ifise amashusho meza adasanzwe akozwe ku rwego rwo hejuru.

[youtube id=”B1jPuj1GF-8″ align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]

Ushobora kuraba ino video hano.