Raba hano amafoto 10 adasanzwe yaranze ukwiyamiriza ikiringo ca 3 c’umukuru w’igihugu.

0

Uyumusi mugitondo hazindutse hari uruhagarara rukomeye cane mugisagara ca bujumbura bivuye kukamo kari katewe nabatavuga rumwe na reta aho basaba abanwanyi babo ko boja mumabararaba kugira biyamirize ikiringo ca 3 cumukuru wigihugu!!

IMG-20150417-WA0113

Ibintu rero ntivyari vyoroshe nagato kuko abapolice wabona ari benshi mugisagara ca bujumbura ,abanwanyi nabo bimigambwe imwimwe bakaba bari bameze magabo bemeza ko iyo myigaragamvyo uyumusi hoho idasiba ,niraburya iyo kumusi wa 3 itariki 15 yasivye
Ibintu rero ntivyaje koroha kuko vyahavuye bihinduka bagatangura gushwiragiza abantu aho baba barundaniye na cane cane imbere yahahoze isoko rya bujumbura

2

Aba police batanguye kurwana babanyagihugu aho bamwe babatera vyavyuka bikoroza amosozi abandi bakabatera amabuye ,ibintu rero bica bitangura kuba akananira bahinga, Bamwe mubigaragamvya bamaze gutegwa ivyuka bikoroza amosozi hamwe no kumenwako amazi bitabaje amabuye

5

Abanyagihugu baciye batangura kwugara amabarabara amwamwe aho wasanga bahashize amabuye manini manini ahandi bakahashira amapine

6

7

8

13

14