UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Raba hano Album nshasha ya ” Aline Vyuka ” yahaye izina rya ( Ni Salama )

UBM News ads

aline vyuka

Umuririmvyikazi w’umurundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America murino minsi ariko arakora neza cane ” Aline Vyuka ” Album yiwe nsha yakoreye muri Tanzania ( Dar-es-Salaam ) izoza idasanzwe nkuko mubibona hano.

Vyinshi bijanye nino Album tuzobibagezaho muminsi yavuba hano kuri UBM News ariko amakuru duhabwa nabamwe mubamufashije gutunganya ino Album avuga ko izoza idasanzwe kuko ikoranye ubuhinga bugezweho.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments