Pr. Yoweri Museveni hakuza n’indege yaje n’imodoka

0

Nkuko amakuru ashikira ikinyamakuru UBM News abivuga umukuru w’igihugu c’Ubugande akaba kandi n’umuhuza mushasha mu bibazo vy’Uburundi yahisemwo gushika i Burundi n’imodoka hakugenda n’indege nkuko yari yabimenyesheje.

Uganda's President Yoweri Museveni addresses the media outside Kyadondo Rugby ground in Kampala, the scene of one of two bomb blasts on Sunday July 12, 2010. Suspected Somali Islamists carried out two bomb attacks in the Ugandan capital that killed 70 people watching the World Cup final at a restaurant and a sports club, authorities said on Monday.  REUTERS/Xavier Toya (UGANDA - Tags: POLITICS CIVIL UNREST SPORT SOCCER WORLD CUP)

Imvo z’ihindurwa z’inzira uwo mukuru w’igihugu c’Ubugande Yoweri Museveni yari gucamwo ntiziramenyeshwa gushika ubu, ariko amakuru dukesha SOS Media Burundi nuko abamenyeshamakuru bari bagiye kumwakira ku kibuga c’indege baciye bajanwa aho ahava ashika.

Ayandi makuru nuko uwo mukuru w’igihugu ashobora kuba yaciye mu gihugu c’Urwanda, imiduga ishika umunani n’abasirikare biwe baje kumucungera bagiye kumwakira.