UBM News ads
Wednesday, November 29, 2023
No menu items!
UBM News ads

Politics News : Ngibi hano Ibintu Léonce NGENDAKUMANA ariko ariyamiriza avuga ko atazokwigera atanga

Urunani ruhurikiyemwo Imigambwe itavuga rumwe n’ubutegetsi ADC-IKIBIRI rumenyesha ko rutazotanga aba candidats bazoja mu mirwi yama komine ijejwe gutegura amatora CECI .

leonce

Léonce NGENDAKUMANA arongoye ADC IKIBIRI avuga ko atanama bagishijwe,eka mbere n’ikiringo catanzwe c’iminsi 3 uhereye kuruyu wa mbere uheze ngo babe batanze aba candidat ni gito cane.Kubwa Léonce NGENDAKUMANA ,ivyo vyerekana ko hariho urutonde rwashizweho imbere y’igihe n’umugwi CENI ifatanije n’umugambwe uri kubutegetsi .

Sources : Bonesha FM

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments