UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Politic – Muri CNDD FDD akanyeshamba ntikarahera

UBM News ads

Kubwa Kaburahe mu mugambwe CNDD FDD ngo akanyeshamba ntikarabavamwo, ngo bari bakwiye kumenya ko ingwano yaheze kandi ko abagumyabanga batari abasoda bakurikiza ivyo babwiwe. yabishikirije abicishije mu kinyamakuru IWACU asanzwe anatwara. 

Ivyo bikaba vyavuye ku majambo yavuzwe n’umuvugizi mushasha wa CNDD FDD aho yamenyesheje ko abashikirije ko badashigikiye umukuru w’Igihugu c’Uburundi ku kwitoza ubugir akabiri ko iyaba bari bakiri mw’ishamba bari kuba bacishijwe ku buhomba.

Antoine-Kaburahe1

Kubwa Kaburahe we ngo abarongozi bwa CNDD FDD bari bakwiye kumenya ko abagumyabanga atari abasoda bemera bahumirije, batora ico batamitswe, yabandanije avuga ko intambara yaheze ngo nakare nico umukuru w’igihugu abandanya avuga ngo koba ari akaryo heza ko kubandanya mu nzira ya Democratie nziza.

Uwo mwami w’ikinyamakuru Iwacu yanavuniye akagohe abanyamigambwe nacane cane umugambwe CNDD FDD kuko ari nawo yariko aravugako ko umugambwe w’ukuri wemera ibiganiro indani mu mugambwe.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments