PIERROT KWIZERA na ASHLEY DIVA bari mu rukundo rudasanzwe.

0

Umukinyi w’um,urundi asanzwe akinira umugwi nserukira gihugu w’uburundi Pierrot KWIZERA ri mu rukundo rudasanzwe n’umuririmvyikazi w’umurundi Ashley Diva nkiko amakuru ikinyamakuru canyu ubmnews.com dukesha uyo muririmvyikazi w’umurundi.
ashley na pierot
Mu kiganiro Ashley Diva yaraye ahaye ikinyamakuru canyu ubmnews.com akaba yamenyesheje ko ari mu rukundo n’umusatirizi wa Rayon Sport Pierrot Kwizera,Ashley Diva akaba yabivuze muri aya majambo:<>.
p
Twobamenyesha ko Pierrot Kwizera asanzwe akina mu mugwi wa Rayon sport wo mu gihugu c’urwanda.