PIERROT KWIZERA ABANDANYA ANAZEREZA ABAKUNZI BA RAYON SPORT.

0

Umukinyi w’umupira w’amaguru Pierrot Kwizera asanzwe akina mu mugwi wa Rayon Sport wo mu gihugu c’urwanda aguma anezereza abakunzi b’umugwi wa Rayon Sport nkuko ikinyamakuru canyu ubmnews.com dukesha abegereye uyo mugwi wa Rayon Sport.

pierrot

Pierrot kwizera akabandana anezereza abakunzi buyo mugwi aho bavugako ko uyo mukinyi yaje kubibagiza abakinyi b’abarundi bigeze guca muri uyo mugwi nka Fuadi Ndayisenga,Mackenze hamwe na Amissi Cedric.

3

Twobamenyeshako Pierrot Kwizera ari umukinyi asanzwe akina hagati mu kibuga.