Pierre Nkurikiye aratunga urutoke igihugu c’uRwanda aho avuga ko abatanga amategeko yo kugandagura indongozi nkuru nkuru zo muri Reta y’uBurundi basanzwe bahawe ubuhingiro n’igihugu c’uRwanda ” ibi akaba yabivuze nyuma yaho hari inkozi zikibi zishakiye kugandagura Willy Nyamitwe.
© Copyright by UBM News '' Theme designed by Eric Nyandwi