Petero Nkurunziza nyuma yo gukubitwa Coût d’état, abanyagihugu ubu bari m’umunezero ntangere ” Raba hano

0

Amakuru ariko aradushikira kano kanya kuri UBM News, yemeza ko abanyagihugu ari benshi cane aho bari mumunezero ntangere nyuma yo kwumva ko Petero nkurunziza atakiri umukuru w’igihugu.

_82974525_027186046-1

Kugeza ubu umunzero niwose mu barundi, aho bemeza ko amahoro agiye kugaruka kuko intwaro ya Nkurunziza yarangwa n’ubwicanyi bayisezeye ikindi naco namaradiyo yari yarugawe nka RPA ubu iza yamaze kwugurura ubu iriko irakora.

general
Uyu niwe General Niyombare Godefroid yahiritse ubutegetsi.

UBM News tubibutse ko General Niyombare Godefroid ariwe yahiritse ubutegetsi ( Coût d’état ), ni mugihe uwahoze yari umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza we yari i Dar Es salaam.