Petero Nkurunziza ntacizeye ingabo zimukikuje ” Soma ngaha wumve impamvu.

0

Umukuru w’igihugu c’uburundi Petero nkurunziza ngo yoba atacizeye inzego zimukikuje, ivyo bikaba bishikirizwa na Pacifique nininahanzwe

Pacifique-NININAHAZWE

Mu majambo yavuze yamenyesheje ko ibura rya Petero Nkurunziza muma nama y’abakuru b’ibihugu bo muri kano karere bitanga iyo nsiguro. Yabandanije kandi avuga ko abantu bashobora guhirika ubutegetsi ari Prime Niyongabo ariwe mukuru w’ibiro bikuru vy’intwaramiheto, Etienne Ntakirutimana atwara ibiro bikuru vy’iperereza akaba n’umukuru w’ingabo zicungera umukuru w’igihugu.

peter

Kubwiwe avuga ko nimba umukuru w’igihugu adashobora guserukira Uburundi mu makungu ngo nta kamaro ko kwongera kwitoza. Akongera akamuvunira akagohe ko naho yoba ari I Bujumbura ata nkeka uwoshaka guhirika ubutegetsi ko yobuhirika.