Petero Karaveri MBONIMP yahawe agashimwe

0

Petero Karaveri Mbonimpa arongoye ishirahamwe APRODH yatahukanye agashimwe k’uwaharaniye bimwe biboneka agateka ka zina muntu muri Afrika y’ubuseruko mu mwaka w’2015 (Pan-African Human Rights Defenders schield Award 2015).

awa2

Mu gihe asanzwe ari kuvurirwa mu gihugu c’Ububirigi, ako gashimwe nako kakaba katangiwe mu gihugu c’Ubuganda Petero Karaveri Mbonimpa w’imyaka 66 yaserukiwe na Fabiyano Sinankwakure, umunyamabanga nshingwabikorwa wa APRODH, hamwe na Amandine Nasasagare, umukobwa wa Petero Karaveri Mbonimpa, asanzwe yahungiye muri ico gihugu.

awa3