Paul Kagame yifatiye mugahanga Petero Nkurunziza mukumubwira ko atanakimwe amariye abarundi atarukwirirwa arabica.

0

nkurunziza-kagame

Paul kagame umukuru w’igihugu cu Rwanda avuga ko bibabaje cane kubona ubuyozi bwu Burundi bwirirwa bwica abantu ndetse akabona ko ivyo bishobora kugirira ingaruka mbi igihugu cu Rwanda.

[youtube id=”qwcmq6WfgOw” align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]

Umviriza ngaha amajwi.