Paul Kagame aragirizwa ivyaha bikomeye vyubwicanyi harimwo nivyo gutera ubwoba abanyagihugu ” Raba hano video

0

Umukuru w’igihugu cu Rwanda ” Paul Kagame ” aragirizwa ivyaha bikomeye harimwo nivyo gutera ubwoba abanyagihugu kugira ngo bemeze ko itegeko nshinga rikwiye guhinduka akongera kwitoza mukibanza c’umukuru wigihugu.

Dictator-Paul-Kagame

Joseph Ngarambe asanzwe ari mumugambwe wa RNC avuga ko Paul kagame ari umwe mubakoze ubwicanyi bukomeye ndetse akaba avuga ko ahubwo yarakwiye gukurikiranwa kurivyo vyaha yagirizwa.

[youtube id=”USO_sY_plC0″ align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]

UBM News tubibutse ko imigambwe ya Polike itavuga rumwe nubutegetsi bwu Rwanda, yo ibandanya kwiyamiriza uyo mugambi ugayitse wo gushaka guhindura itegeko nshinga kugirango Paul kagame abandanya kuba umukuru w’igihugu cu Rwanda.