Friday, August 19, 2022
HomeNewsPatient Matabaro asize igikorwa kwa A-Tizo nyuma y'iminsi 3 yamaze mu Burundi

Patient Matabaro asize igikorwa kwa A-Tizo nyuma y’iminsi 3 yamaze mu Burundi

Nyuma y’iminsi igera kuri 3 yamaze mu gihugu ciwe c’amavukiro,umuririmvyi patient Matabaro yarashoboye gukora indirimbo imeze neza cane nkuko uyo muririmvyi yashoboye kubimenyesha ikinyamakauru cacu ubmnews
Patient Matabaro
Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews twabanje kumubaza Patient Matabaro umunsi yaziriyeko kuko bitigeze bimenyekana ko yagarutse mu gihugu ciwe c’amavukiro,Patient ati:naje ku munsi wa mbere w’indwi iheze nsubira inyuma ku munsi wa gatatu,icatumye ngaruka nuko nari nje kuraba umuvyeyi wanje kuko yagize isanganya,
Tumubajije ko ata kintu asigiye abakunzi biwe,patient Matabaro akaba yavuze ati:abakunzi b’umuziki ndundi n’abakunzi banje ndabasigiye indirimbo iryoshe cane,indirimbo nibaza ko izoshobora kubaryohera ,nkaba nayikoreye kwa A-Tizzo ikaba yitwa ”Tam Tam”

Tworangiza tubamenyesha ko Patient Matabaro yamenyekanye cane nyuma yo gutahukana ihiganwa rya primusic mu mwaka wa 2013

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments