22.2 C
Bujumbura
Sunday, October 17, 2021

Most popular articles

Muramvya: Abasirikare babiri harimwo intwazangabo barishwe mu gitero c-abitwaje ibirwanisho.

Umusirikare w-ipete rya ˮLieutenant-Colonel ‟ yitwa Nkurunziza  Jean-Marie hamwe n-uwundi umwe yarasanzwe amugendanira  w-ipete rya ˮCaporal‟ yitwa Ndayitwayeko  Fidèle  barishwe barasiwe  mw-itana mu mitwe...

ˮNta muntu numwe aranyuruzwa hanyuma ngo ntaboneke, uwutaraboneka aracaronderwa ‟P.Nkurikiye.

Ubushikiranganji bw-intwaro yo hagati mu gihugu,iterambere rusangi n-umutekano burahakana ko ata muntu aranyuruzwa hanyuma ngo aburwe irengero mu gihe abiwe bituye inzego z-umutekano hamwe...

UPRONA isaba igihugu c-ububirigi kwemera uruhara cagize mw-igandagurwa rya RWAGASORE.

Umugambwe w-abadasigana UPRONA (ishami ryegereye ubutegetsi) ugiye gushengeza imbere y-ubutungane abateguye umugambi wo kugandagura incungu yo kwikukira y-uburundi Umuganwa atari umugani RUDOVIKO RWAGASORE. Vyashikirijwe...

Uwuserukira OMS mu Burundi ahamagarira abarundi bose kwiteza incanco za Covid-19 ata bwoba.

Inyuma yaho incanco zo gukinga umugera wa Covid-19  zishikiye i Burundi kuri uyu wa kane, Uwuserukira OMS mu Burundi arahumuriza abarundi ko izo ncanco...

Ububirigi bwobazwa cane ivyerekeye urupfu rw-umuganwa RWAGASORE (Umwanditsi Ludo de Witte)

Igihugu c-ububirigi nico cobazwa ivyerekeye igandagurwa  ry-umuganwa atari umugani RUDOVIKO RWAGASORE. Bikaba bishikirizwa na Ludo de Witte , umwanditsi w-umubirigi aheruka gusohora mu kwezi...

Izindi nkuru

Ubumwe bwa Buraya burashima intambwe CENI igezeko mu gutegura amatora

Ishirahamwe ry'Ubumwe bw Buraya ryarashize itangazo ahabona ku wa 4 Ruhuhuma 2020 aho ryamenyesheje ko ryishimiye kuba umurwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, CENI...

Umuganga yashize ahabona umugera Coronavirus yapfuye

Umuganga wo mu gihugu c'Ubushinwa yashize ahabona umugera wa Coronavirus yahavuye apfa ahitwanwe nico kiza nyene. Amakuru ashirwa ahabona na CNN amenyesha ko uwo mudogiteri...

BMBC Ntibibagira: Umviriza uko wobigenza nimba wipfuza kwubaka inzu mu Burundi aho woba uri hose.

Ishirahamwe BMBC( Building and Multi-Business Company) ryubaka amazu y’abantu, rikorera mu Burundi rirafasha abo bose bipfuza kwubaka baba hano mu Burundi canke mu mahanga....

Impapuro zishika 18 nizo zisabwa abashaka kw’itoza mumatora yo 2020

Ivyo nivyashikirijwe n’umurwi CENI ujejwe gutegura amatora m’Uburundi kur’uyu wa kabiri aho uwo murwi urikumwe n’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati bakoranijie abatwara imigambwe m’Uburundi n’abajejwe...

Recent Comments